1 Abami 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Zedekiya mwene Kenayana yihingurira amahembe y’icuma hanyuma avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Aya ni yo uzosunikisha Abasiriya gushika ubatikije+.’” Zaburi 44:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.
11 Maze Zedekiya mwene Kenayana yihingurira amahembe y’icuma hanyuma avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Aya ni yo uzosunikisha Abasiriya gushika ubatikije+.’”
5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.