Zaburi 68:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nimuhezagire Imana mu makinja y’abantu akoranye+,Muhezagire Yehova, yemwe abava kw’Isôko rya Isirayeli+! Yesaya 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.
26 Nimuhezagire Imana mu makinja y’abantu akoranye+,Muhezagire Yehova, yemwe abava kw’Isôko rya Isirayeli+!
48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.