Yosuwa 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu bizoba mu gihugu Musa yabahaye hakuno ya Yorodani+; mugabo mwebwe muzojabuka nk’abatonze urugamba+ imbere ya bene wanyu, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi bose+, kandi muze mubafashe.
14 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu bizoba mu gihugu Musa yabahaye hakuno ya Yorodani+; mugabo mwebwe muzojabuka nk’abatonze urugamba+ imbere ya bene wanyu, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi bose+, kandi muze mubafashe.