Gusubira mu vyagezwe 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova atangura kuvugana namwe hagati mu muriro+. Ugusamīra kw’amajambo ni kwo mwumva, mugabo nta shusho+ mwabona, eka nta kindi atari ijwi+.
12 Yehova atangura kuvugana namwe hagati mu muriro+. Ugusamīra kw’amajambo ni kwo mwumva, mugabo nta shusho+ mwabona, eka nta kindi atari ijwi+.