Gusubira mu vyagezwe 30:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uno musi ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona vyo kubagiriza+, yuko nshize imbere yawe ubuzima n’urupfu+, umuhezagiro+ n’umuvumo+; kandi utegerezwa guhitamwo ubuzima kugira ubandanye kubaho+, wewe n’uruvyaro rwawe+, Gusubira mu vyagezwe 31:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Koraniriza hambavu yanje abagabo bose b’inararibonye b’imiryango yanyu n’abarongozi banyu+, mpeze mvuge aya majambo bumva, ntange amajuru n’isi kw’ivyabona vyo kubagiriza+. Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.
19 Uno musi ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona vyo kubagiriza+, yuko nshize imbere yawe ubuzima n’urupfu+, umuhezagiro+ n’umuvumo+; kandi utegerezwa guhitamwo ubuzima kugira ubandanye kubaho+, wewe n’uruvyaro rwawe+,
28 Koraniriza hambavu yanje abagabo bose b’inararibonye b’imiryango yanyu n’abarongozi banyu+, mpeze mvuge aya majambo bumva, ntange amajuru n’isi kw’ivyabona vyo kubagiriza+.
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.