Kuvayo 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nzorungika ukujonjogora kukwitangire imbere+, kwirukane Abahiwi, Abanyakanani n’Abaheti bakuve imbere+. Gusubira mu vyagezwe 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+. Gusubira mu vyagezwe 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Niwumve, ewe Isirayeli: uno musi ugira ujabuke Yorodani+ ngo winjire uheze womore amahanga ahambaye kandi akomeye kukuruta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, Yosuwa 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma Yosuwa avuga ati: “Iki ni co muzomenyerako yuko Imana nzima iri hagati muri mwebwe+, be n’uko izokwirukana ata kabuza imbere yanyu Abanyakanani n’Abaheti n’Abahiwi n’Abaperizi n’Abagirugashi n’Abamori n’Abayebusi+. Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.
28 Nzorungika ukujonjogora kukwitangire imbere+, kwirukane Abahiwi, Abanyakanani n’Abaheti bakuve imbere+.
7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+.
9 “Niwumve, ewe Isirayeli: uno musi ugira ujabuke Yorodani+ ngo winjire uheze womore amahanga ahambaye kandi akomeye kukuruta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+,
10 Hanyuma Yosuwa avuga ati: “Iki ni co muzomenyerako yuko Imana nzima iri hagati muri mwebwe+, be n’uko izokwirukana ata kabuza imbere yanyu Abanyakanani n’Abaheti n’Abahiwi n’Abaperizi n’Abagirugashi n’Abamori n’Abayebusi+.
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.