Kuvayo 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Abanyefeso 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kugira ngo bikugendere neza, ubone kurambira kw’isi+.”
12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.