Imigani 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri ubwavyo ntibigucarukane+. Bibohere mw’izosi ryawe+. Vyandike ku gisate c’umutima wawe+, Imigani 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bibohere ku ntoke zawe+, kandi uvyandike ku gisate c’umutima wawe+.
3 Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri ubwavyo ntibigucarukane+. Bibohere mw’izosi ryawe+. Vyandike ku gisate c’umutima wawe+,