Gusubira mu vyagezwe 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Niwamara kurya ugahaga+, uze uhezagire+ rero Yehova Imana yawe ku bwa nya gihugu ciza yaguhaye+.