Gusubira mu vyagezwe 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kuko nimwagumya ata gukevya iri bwirizwa ryose+ ndabategetse mukarishitsa, mugakunda Yehova Imana yanyu+, mukagendera mu nzira ziwe zose+ kandi mukumira kuri we+, Zaburi 119:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Wewe ubwawe watanze amateka yawe bwa bwirizwa+Ngo bayagumye bavyitondeye+.
22 “Kuko nimwagumya ata gukevya iri bwirizwa ryose+ ndabategetse mukarishitsa, mugakunda Yehova Imana yanyu+, mukagendera mu nzira ziwe zose+ kandi mukumira kuri we+,