ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 20:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,

  • Yosuwa 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kuri uwo musi Yosuwa afata Makeda+, ahakubitisha ubugi bw’inkota. Umwami waho na we amutikizanya n’igifise ubuzima cose cariyo+. Ntiyasigaza n’umwe. Gutyo, agirira umwami wa Makeda+ nk’uko nyene yari yagiriye umwami wa Yeriko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika