Kuvayo 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Inzu ya Isirayeli ica ivyita “manu*.” Kandi vyarera nk’imbuto y’agati kitwa gadi, akanovera kavyo na ko kari nk’ak’udutsima tubase turimwo ubuki+. Zaburi 78:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Iguma igwisha kuri bo manu* ngo barye+,Ibaha intete zo mw’ijuru+.
31 Inzu ya Isirayeli ica ivyita “manu*.” Kandi vyarera nk’imbuto y’agati kitwa gadi, akanovera kavyo na ko kari nk’ak’udutsima tubase turimwo ubuki+.