Guharura 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Bashitse mu mwonga wa Eshikoli+, bacayo agashami kariko umusoko umwe w’inzabibu+. Nuko babiri muri nya bagabo bagatwara ku mwamba, batwara n’amakomamanga+ makeyi n’insukoni nkeyi.
23 Bashitse mu mwonga wa Eshikoli+, bacayo agashami kariko umusoko umwe w’inzabibu+. Nuko babiri muri nya bagabo bagatwara ku mwamba, batwara n’amakomamanga+ makeyi n’insukoni nkeyi.