Itanguriro 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mw’iyaruka rigira kane bazogaruka ng’aha+, kuko ikosa ry’Abamori ritaruzura+.” Gusubira mu vyagezwe 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+. Gusubira mu vyagezwe 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+.
31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+.
12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+.