Gusubira mu vyagezwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+. Zaburi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wahambariye amahanga+, waranduye umubisha+.Izina ryabo warihanaguye gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.
5 Wahambariye amahanga+, waranduye umubisha+.Izina ryabo warihanaguye gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.