-
Kuvayo 34:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Nuko Musa abāza ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere, araheza avyuka kare mu gitondo, aduga ku musozi Sinayi, nk’uko Yehova yari yamutegetse, kandi yari atwaye nya bisate bibiri vy’amabuye mu kuboko kwiwe.
-