Abalewi 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Iki ni co mushobora kurya mu bintu vyose biri mu mazi+: Ikintu cose gifise amababa n’ibigaragamba+ co mu mazi, mu biyaga no mu nzuzi z’isumo, ivyo murashobora kubirya.
9 “‘Iki ni co mushobora kurya mu bintu vyose biri mu mazi+: Ikintu cose gifise amababa n’ibigaragamba+ co mu mazi, mu biyaga no mu nzuzi z’isumo, ivyo murashobora kubirya.