Gusubira mu vyagezwe 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ariko igihe cose umutima wawe uzoba uhahamiye akanyama, uzokerera igitungwa+, urye akanyama nk’uko Yehova Imana yawe yaguhezagiye, mu marembo yawe yose. Uwuhumanye+ n’uwudahumanye boshobora kuzirya, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+. Gusubira mu vyagezwe 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko nka kurya barya ingeregere n’ifumbēri, ni ko ushobora kuzirya+: uwuhumanye+ n’uwudahumanye bose hamwe bashobora kuzirya.
15 “Ariko igihe cose umutima wawe uzoba uhahamiye akanyama, uzokerera igitungwa+, urye akanyama nk’uko Yehova Imana yawe yaguhezagiye, mu marembo yawe yose. Uwuhumanye+ n’uwudahumanye boshobora kuzirya, nk’uko barya ingeregere n’ifumbēri+.
22 Ariko nka kurya barya ingeregere n’ifumbēri, ni ko ushobora kuzirya+: uwuhumanye+ n’uwudahumanye bose hamwe bashobora kuzirya.