Gusubira mu vyagezwe 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 abo bantu babiri bafitaniye amatati baze bahagarare imbere ya Yehova, imbere y’abaherezi n’abacamanza bazoba bakora muri iyo misi+. Gusubira mu vyagezwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+. Hagayi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ndakwinginze ubaze abaherezi ku bijanye n’itegeko+, uti: Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
17 abo bantu babiri bafitaniye amatati baze bahagarare imbere ya Yehova, imbere y’abaherezi n’abacamanza bazoba bakora muri iyo misi+.
5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.