Gusubira mu vyagezwe 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+. Yosuwa 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ahantu hose ikirenge canyu kizohonyora, nzohabaha ata gukeka, nk’uko nasezeraniye Musa+. Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.
7 “Yehova Imana yawe niyateba akakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, azokuraho rero amahanga y’abantu benshi imbere yawe+, Abaheti+ n’Abagirugashi+ n’Abamori+ n’Abanyakanani+ n’Abaperizi+ n’Abahiwi+ n’Abayebusi+, amahanga indwi y’abantu benshi kukuruta kandi akomeye kukuruta+.
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.