ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 31:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nimba nagize inzahabu umwizero wanje,

      Canke nkabwira inzahabu nti: ‘Ni wewe mizero yanje+!’

  • Zaburi 62:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntimwizigire ubugunge+,

      Canke ngo mube imburakimazi mu kwizigira ubwambuzi+.

      Ibibeshaho umuntu nivyagwira, ntimubishireko umutima+.

  • 1 Timoteyo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika