Yosuwa 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baza rero imbere ya Eleyazari+ umuherezi na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru, bavuga bati: “Yehova ni we yategetse Musa kuduha intoranwa hagati mu b’iwacu+.” Nuko rero, kw’itegeko rya Yehova, abaha intoranwa hagati muri bene wabo na se+.
4 Baza rero imbere ya Eleyazari+ umuherezi na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru, bavuga bati: “Yehova ni we yategetse Musa kuduha intoranwa hagati mu b’iwacu+.” Nuko rero, kw’itegeko rya Yehova, abaha intoranwa hagati muri bene wabo na se+.