Kuvayo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bene Gerishoni bari Libuni na Shimeyi+, hisunzwe imiryango yabo+. Guharura 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abanditswe babo banditswe hakurikijwe igitigiri c’ab’igitsina-gabo bose kuva ku kwezi kumwe kuduga+. Abanditswe babo bari ibihumbi indwi n’amajana atanu+. 1 Ngoma 6:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Bene Gerishomu+, nk’uko imiryango yabo iri, bahabwa ibisagara cumi na bitatu bikuwe ku vy’umuryango wa Isakari+ no ku vy’umuryango wa Asheri+ no ku vy’umuryango wa Nafutali+ no ku vy’umuryango wa Manase+ muri Bashani.
22 Abanditswe babo banditswe hakurikijwe igitigiri c’ab’igitsina-gabo bose kuva ku kwezi kumwe kuduga+. Abanditswe babo bari ibihumbi indwi n’amajana atanu+.
62 Bene Gerishomu+, nk’uko imiryango yabo iri, bahabwa ibisagara cumi na bitatu bikuwe ku vy’umuryango wa Isakari+ no ku vy’umuryango wa Asheri+ no ku vy’umuryango wa Nafutali+ no ku vy’umuryango wa Manase+ muri Bashani.