2 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.” 2 Samweli 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”
2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.”
10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”