Yosuwa 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Libuna avuye i Makeda araheza arwanya Libuna+. Yosuwa 15:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Libuna+ na Eteri+ na Ashani, Yesaya 37:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi akagenda+.
29 Maze Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Libuna avuye i Makeda araheza arwanya Libuna+.
8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi akagenda+.