Yosuwa 15:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 na Gosheni+ na Holoni na Gilo+; ibisagara cumi na kimwe n’imihana irundanye ihakukira. 1 Ngoma 6:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Hileni+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Debiri+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,