Yosuwa 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 n’i Eburoni n’i Rehobu n’i Hamoni n’i Kana gushika i Sidoni+, ahaba abantu benshi. Abacamanza 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+. 1 Ngoma 6:75 Bibiliya y’isi nshasha 75 Hukoki+ n’amatongo y’uburagiriro yaho be na Rehobu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho;
31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+.