Guharura 32:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kandi uwufise ibikenewe wese wo muri mwebwe akajabuka vy’ukuri Yorodani imbere ya Yehova, gushika yirukanye abansi biwe bakava imbere yiwe+, Guharura 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.
21 kandi uwufise ibikenewe wese wo muri mwebwe akajabuka vy’ukuri Yorodani imbere ya Yehova, gushika yirukanye abansi biwe bakava imbere yiwe+,
29 Musa ababwira rero ati: “Bene Gadi na bene Rubeni nibajabukana namwe Yorodani imbere ya Yehova, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’intambara+, kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere yanyu, muze rero mubahe igihugu ca Gileyadi kibe ico bigabira+.