ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 32:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa.

  • Yosuwa 13:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 akarere kabo kaba Yazeri+ n’ibisagara vyose vya Gileyadi+ n’ica kabiri c’igihugu ca bene Amoni+ gushika i Aroweri+, aharabana na Raba+;

  • Yesaya 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kuko imikobeko y’i Heshiboni+ ikabiranye. Umuzabibu wa Sibuma+—abagaba amahanga baciye amashami yawo atukuriye. Bari bashitse i Yazeri+; bari bayerereye mu gahinga. Imivyaro yawo yari yaretswe ngo yitagararire; bari barenganye gushika ku kiyaga.

  • Yeremiya 48:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 “‘Nzokuririra kuruta uko naririye Yazeri+, ewe muzabibu w’i Sibuma+! Imivyaro yawe itagase yajabutse ikiyaga. Yashitse ku kiyaga, i Yazeri+. Umunyazi yaguye ku vyamwa vyawe vyo mu ci+ no ku mwimbu wawe w’inzabibu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika