Yosuwa 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kugira ngo ivyo bibe ikimenyetso hagati muri mwebwe+. Abana banyu nibababaza mu gihe kizoza bati: ‘Kubera iki mufise aya mabuye+?’, Zaburi 44:1 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+.
6 kugira ngo ivyo bibe ikimenyetso hagati muri mwebwe+. Abana banyu nibababaza mu gihe kizoza bati: ‘Kubera iki mufise aya mabuye+?’,
44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+.