Abaheburayo 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.” 2 Petero 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu vy’ukuri, nimba bamaze gukira ubuhumane bw’isi+ biciye ku bumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama n’Umukiza Yezu Kristu, bagasubira kwisuka muri ivyo bintu nyene kandi bagatsindwa+, ivya nyuma biba vyunyutse kuri bo kuruta ivya mbere+.
38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”
20 Mu vy’ukuri, nimba bamaze gukira ubuhumane bw’isi+ biciye ku bumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama n’Umukiza Yezu Kristu, bagasubira kwisuka muri ivyo bintu nyene kandi bagatsindwa+, ivya nyuma biba vyunyutse kuri bo kuruta ivya mbere+.