Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’” 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.