Abacamanza 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 None wewe uruta Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu+? Hari aho yigeze agiranira amatati na Isirayeli, canke hari aho yigeze abarwanya?
25 None wewe uruta Balaki mwene Zipori, umwami wa Mowabu+? Hari aho yigeze agiranira amatati na Isirayeli, canke hari aho yigeze abarwanya?