Guharura 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni. Guharura 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze wambure Aroni impuzu ziwe+, uzambike Eleyazari+ umuhungu wiwe; Aroni araheza ahamvye ab’iwabo, apfire ng’aho+.”
4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni.
26 Maze wambure Aroni impuzu ziwe+, uzambike Eleyazari+ umuhungu wiwe; Aroni araheza ahamvye ab’iwabo, apfire ng’aho+.”