Yosuwa 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nibavuza ihembe ry’impfizi y’intama maze mukumva iryo jwi ry’inzamba, abantu bose baze bavuze akaruru k’intambara gakomeye+; uruhome rw’ico gisagara ruzohomvokera hasi+; abantu bazoce baduga, umwe wese atumbereye imbere yiwe.” Abaheburayo 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kubera ukwizera, impome za Yeriko zaratemvye zimaze kuzungurukwa imisi indwi+.
5 Nibavuza ihembe ry’impfizi y’intama maze mukumva iryo jwi ry’inzamba, abantu bose baze bavuze akaruru k’intambara gakomeye+; uruhome rw’ico gisagara ruzohomvokera hasi+; abantu bazoce baduga, umwe wese atumbereye imbere yiwe.”