Yosuwa 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo ifeza zose n’inzahabu zose n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma, ni ikintu ceranda cegukira Yehova+. Kize kije mw’itunga rya Yehova+.”
19 Mugabo ifeza zose n’inzahabu zose n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma, ni ikintu ceranda cegukira Yehova+. Kize kije mw’itunga rya Yehova+.”