Itanguriro 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+. Yosuwa 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwami wa Yeriko+, umwe; umwami wa Ayi+, ino ikaba yari iruhande ya Beteli, umwe;
8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+.