Itanguriro 38:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mu nyuma mwene wabo, umwe ukuboko kwiwe kwariko akagozi k’agahama, arasohoka hanyuma bamwita Zera+. Guharura 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera. 1 Ngoma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Tamari+ umukazana wiwe ni we yamuvyariye Perezi+ na Zera. Abahungu bose ba Yuda bari batanu.
30 Mu nyuma mwene wabo, umwe ukuboko kwiwe kwariko akagozi k’agahama, arasohoka hanyuma bamwita Zera+.
20 Bene Yuda, hakurikijwe imiryango yabo, babaye aba: Kuri Shela+ umuryango w’Abashela; kuri Perezi+ umuryango w’Abaperezi; kuri Zera+ umuryango w’Abazera.