Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+. Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.