Abalewi 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’” Guharura 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hazoba itegeko rimwe n’ingingo y’ubutungane* imwe kuri mwebwe no kuri kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga+.’”
22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’”
16 Hazoba itegeko rimwe n’ingingo y’ubutungane* imwe kuri mwebwe no kuri kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga+.’”