Abalewi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+, Gusubira mu vyagezwe 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyi mihezagiro yose izokuzako iguhamvye+, kuko uguma wumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe:
3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+,