Yosuwa 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+. Yosuwa 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ubu rero ehe turi mu kuboko kwawe. Nugire uko ubona ko ari vyiza kandi bibereye mu maso yawe kutugirira+.”
15 Nuko Yosuwa agiriranira amahoro na bo+, agirana isezerano na bo kugira abareke babeho, abakuru+ b’ikoraniro baca barabarahira+.
25 Ubu rero ehe turi mu kuboko kwawe. Nugire uko ubona ko ari vyiza kandi bibereye mu maso yawe kutugirira+.”