Gusubira mu vyagezwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+. Yosuwa 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.”
24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.
6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.”