Yesaya 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+.
21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+.