ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 20:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,

  • Yosuwa 10:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nuko Yehova atanga Lakishi mu kuboko kwa Isirayeli ku buryo bahafata ku musi ugira kabiri, maze bakubitisha ubugi bw’inkota aho hantu n’igifise ubuzima cose cariyo+, bahagirira nk’ivyo bari bagiriye Libuna vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika