Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+. Yosuwa 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+.
29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.
21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+.