Yosuwa 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abami bose+ bari hakuno ya Yorodani mu karere k’imisozi no muri Shefela* no ku nkengera yose ya ca Kiyaga Kinini+ n’imbere ya Libani+, Abaheti+ n’Abamori, Abanyakanani+, Abaperizi+, Abahiwi n’Abayebusi+, bakimara kuvyumva, Yosuwa 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Muri Shefela+ hari Eshitayoli+ na Zora+ na Ashina, Abacamanza 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+.
9 Abami bose+ bari hakuno ya Yorodani mu karere k’imisozi no muri Shefela* no ku nkengera yose ya ca Kiyaga Kinini+ n’imbere ya Libani+, Abaheti+ n’Abamori, Abanyakanani+, Abaperizi+, Abahiwi n’Abayebusi+, bakimara kuvyumva,
9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+.