Yosuwa 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nya bagabo ba Isirayeli baca babwira abo Bahiwi+ bati: “Kumbure muba mu micungararo yacu. Twoshobora gute none kugirana isezerano namwe+?”
7 Nya bagabo ba Isirayeli baca babwira abo Bahiwi+ bati: “Kumbure muba mu micungararo yacu. Twoshobora gute none kugirana isezerano namwe+?”