Kuvayo 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Sinzobirukana ngo bakuve imbere mu mwaka umwe, kugira ngo igihugu ntigicike igiharabuga, n’ibikoko vy’ibinyeshamba bikagwira koko bikakugirira nabi+. Kuvayo 23:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzobirukana buhorobuhoro bakuve imbere, gushika urondotse, ukigarurira koko nya gihugu+. Zaburi 105:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Amaherezo abaha ibihugu vy’amahanga+,Baguma bigarurira ibiva mu gikorwa c’ubutame c’imiryango y’amahanga+,
29 Sinzobirukana ngo bakuve imbere mu mwaka umwe, kugira ngo igihugu ntigicike igiharabuga, n’ibikoko vy’ibinyeshamba bikagwira koko bikakugirira nabi+.
44 Amaherezo abaha ibihugu vy’amahanga+,Baguma bigarurira ibiva mu gikorwa c’ubutame c’imiryango y’amahanga+,