29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.”
3 atuma no ku Banyakanani+ mu buseruko no mu burengero, no ku Bamori+ no ku Baheti+ no ku Baperizi+ no ku Bayebusi+ mu karere k’imisozi, no ku Bahiwi+ ku mucamo wa Herumoni+ mu gihugu ca Mizipa+.